Ski Rush n’umukino woroshe wo kurasa ariko usaba ko abakinyi baba batuje kandi bafise ubuhinga bwo guca mu ntambamyi, uko umena amasandugu menshi niko uronka amanota menshi. Kuri buri ntambwe haba hariho ama scenes atandukanye, umukinyi azotsinda niwe aba afise amanota menshi.
Abanywanyi biyandikishije mu gisata bashobora gukina incuro 10 kumunsi baciye kuri *744*7#. Gukina kenshi bisaba kugura izindi ncuro
Igiciro: 200 fbu ku munsi
Abazoronka amanota menshi kundwi aba mbere bazoronka 50.000F, aba kabiri bazoronka 20.000F hama aba gatatu bazoronka 10.000F.